የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (7) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
وَكَذَٰلِكَ أَوۡحَيۡنَآ إِلَيۡكَ قُرۡءَانًا عَرَبِيّٗا لِّتُنذِرَ أُمَّ ٱلۡقُرَىٰ وَمَنۡ حَوۡلَهَا وَتُنذِرَ يَوۡمَ ٱلۡجَمۡعِ لَا رَيۡبَ فِيهِۚ فَرِيقٞ فِي ٱلۡجَنَّةِ وَفَرِيقٞ فِي ٱلسَّعِيرِ
Twebwe Allah, Twahishuriye Abavugishwamana bo hambere yawe; nk’uko Twaguhishuriye Qor’ani iri mu rurimi rw’icarabu, kugira ugabishe abantu b’i Makka n’abantu bo mu micungararo yaho, ku bihano vyo ku musi w’iyegeranywa, ari na wo musi w’izuka ry’ibiremwa, ata gisivya ko uzoshika. Abantu kuri uwo musi, bazoba bari mu migwi ibiri: umugwi wo mu Bwami bw’ijuru[3] n’umugwi wo mu muriro wama wegenyejwe[4].
[3] Uwo mugwi, ni uw’abantu bemeye Imana Allah bagakurikira n’ivyo bazaniwe n’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
[4] Uwo mugwi, ni uw’abantu bagararije Imana Allah bagaca kubiri n’ivyo bazaniwe n’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (7) ምዕራፍ: ሱረቱ አሽ ሹራ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት