የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (11) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
وَٱلَّذِي نَزَّلَ مِنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءَۢ بِقَدَرٖ فَأَنشَرۡنَا بِهِۦ بَلۡدَةٗ مَّيۡتٗاۚ كَذَٰلِكَ تُخۡرَجُونَ
Ni Yo Yatumye hagwa imvura ivuye mu bicu izananye mu kirere, ku rugero ruzwi kandi rukenewe. Turaheza rero Twebwe Allah, Dutotahaza akarere k’isi hakoreshejwe amazi ya nya mvura, inyuma yo kugaduka karaheza karamera. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Dutotahaza akarere k’isi kamaze kugaduka kagasubira kumera - Tuzobazura mukava mu kuzimu muri bazima.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (11) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት