የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (20) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
وَقَالُواْ لَوۡ شَآءَ ٱلرَّحۡمَٰنُ مَا عَبَدۡنَٰهُمۗ مَّا لَهُم بِذَٰلِكَ مِنۡ عِلۡمٍۖ إِنۡ هُمۡ إِلَّا يَخۡرُصُونَ
Baranavuze bati: “Iyo Nyenimpuhwe Ashaka, ntitwari gusenga na kimwe mu gishingo ciwe[4]”. Banguha! Nta cemezo bafise gishingiye ku bumenyi cemeza ivyo bavuga, bapfa kuvuga ibisunitswe n’impwemu, batanafitiye ivyemezo bivuye ku Mana Allah.
[4] Icitwazo c’ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo mu kubangikanya Imana Allah, nta shingiro namba gifise, kuko Imana Allah Yararungitse Intumwa, Izimanurira n’Ibitabu kugira zishikirize ibiremwa ubutumwa bw’Imana Allah butomoye.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (20) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት