የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (40) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
أَفَأَنتَ تُسۡمِعُ ٱلصُّمَّ أَوۡ تَهۡدِي ٱلۡعُمۡيَ وَمَن كَانَ فِي ضَلَٰلٖ مُّبِينٖ
Ntumwa y’Imana! Mbega woshobora gutuma ibipfamatwi vyumva ukuri, bikanyurwa! Canke woshobora gutuma ibipfamaso vy’umushaha bibona ukuri bikagukurikira! Canke woshoboza uwahuvye akaba ikigaba ceruye, gukurikira inzira y’ukuri! Ivyo ntibiri mu vyo ujejwe, ahubwo ujejwe gusa gushikiriza ubutumwa butomoye.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (40) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት