የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (58) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
وَقَالُوٓاْ ءَأَٰلِهَتُنَا خَيۡرٌ أَمۡ هُوَۚ مَا ضَرَبُوهُ لَكَ إِلَّا جَدَلَۢاۚ بَلۡ هُمۡ قَوۡمٌ خَصِمُونَ
Baraheza bavuga bati: “Mbega none, imana zacu dusenga ni zo nziza, canke Isa mwene Mariyamu asengwa n’abanaswara, ni we mwiza! Mwene Mariyamu rero, niyaba azohanwa mu muriro kuko yasengwa, uwo muriro turemeye kuwujamwo twebwe hamwe n’imana zacu”. Ntumwa y’Imana! Ntibaguciriye agace ka Isa mwene Mariyamu, atari ukugira gusa baguharirize, ahubwo mbere bobo ni abantu bakunda guharira mu kinyoma.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (58) ምዕራፍ: ሱረቱ አዝ ዙኽሩፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት