የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (16) ምዕራፍ: ሱረቱ ሙሀመድ
وَمِنۡهُم مَّن يَسۡتَمِعُ إِلَيۡكَ حَتَّىٰٓ إِذَا خَرَجُواْ مِنۡ عِندِكَ قَالُواْ لِلَّذِينَ أُوتُواْ ٱلۡعِلۡمَ مَاذَا قَالَ ءَانِفًاۚ أُوْلَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ طَبَعَ ٱللَّهُ عَلَىٰ قُلُوبِهِمۡ وَٱتَّبَعُوٓاْ أَهۡوَآءَهُمۡ
Muvugishwamana! Burya mu ndyarya, harimwo abakwumviriza ntibazigame ivyo uvuga, bamara kuva mu cicaro cawe, bagaca babaza abahawe ubumenyi bw’Igitabu c’Imana, mu gutebura n’akantu bati: “Mbega mutwumvira Muhamadi, mu kanya yari avuze ngw’iki!”. Abo ni bo rero Imana Allah, Yateye ikimangu ku mitima yabo ntiyashobora gutegera ukuri, maze batwarwa n’ivyipfuzo vyabo mu bugarariji n’ubuhuvyi.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (16) ምዕራፍ: ሱረቱ ሙሀመድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት