የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (26) ምዕራፍ: ሱረቱ ሙሀመድ
ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ قَالُواْ لِلَّذِينَ كَرِهُواْ مَا نَزَّلَ ٱللَّهُ سَنُطِيعُكُمۡ فِي بَعۡضِ ٱلۡأَمۡرِۖ وَٱللَّهُ يَعۡلَمُ إِسۡرَارَهُمۡ
Baraheza rero ku kwizera ikinyoma, bararendegera mu bugarariji bitewe n’uko babwiye abayahudi banse kwemera ivyamanuwe n’Imana Allah bati: “Tuzobumvira muri bimwebimwe bica kubiri n’ingingo z’Imana Allah hamwe n’Intumwa yayo”; burya rero Imana Allah, Irazi neza ivyo bahishije mu mushaha[1].
[1] Iyi Aayah irihaniza umwemeramana ko atohirahira ngo yumvire abantu mu biciye kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah hamwe n’ingingo z’Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (26) ምዕራፍ: ሱረቱ ሙሀመድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት