የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (24) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐዲድ
ٱلَّذِينَ يَبۡخَلُونَ وَيَأۡمُرُونَ ٱلنَّاسَ بِٱلۡبُخۡلِۗ وَمَن يَتَوَلَّ فَإِنَّ ٱللَّهَ هُوَ ٱلۡغَنِيُّ ٱلۡحَمِيدُ
Abagira amanyama bakishima ku bandi, ni barya baba ingumyi maze ntibatange mu nzira y’Imana Allah, bagaheza bakabwiriza n’abandi mu kubahimiriza kuba ingumyi. Uwugenjeje umugongo mu kutumvira Imana Allah, nta co azokwicira Imana Allah, kiretse ko inkurikizi mbi zizomugarukako we nyene. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Yo Uwikenuye Yikenuye muri vyose; Nyenugushimwa, Ishimwa ku mazina, ku matazirano no ku bikorwa vyayo mu bihe vyose.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (24) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሐዲድ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት