የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (17) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሙጃደላ
لَّن تُغۡنِيَ عَنۡهُمۡ أَمۡوَٰلُهُمۡ وَلَآ أَوۡلَٰدُهُم مِّنَ ٱللَّهِ شَيۡـًٔاۚ أُوْلَٰٓئِكَ أَصۡحَٰبُ ٱلنَّارِۖ هُمۡ فِيهَا خَٰلِدُونَ
Amatungo yazo hamwe n’ibibondo vyazo, ntibizozibuza guhanwa n’Imana Allah. Abo barangwa n’inyifato y’uburyarya[1], ni bo bantu bo mu muriro, bazowubamwo ibihe bidahera[2].
[1] Inyifato yo kurwanya idini ry’Imana Allah mu mvugo canke mu ngiro.
[2] Iyo ngingo, yega uwo wese yita ku rutare kugira aburagize abantu kwinjira mu bwislamu.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (17) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሙጃደላ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት