የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (7) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሙጃደላ
أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ يَعۡلَمُ مَا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِۖ مَا يَكُونُ مِن نَّجۡوَىٰ ثَلَٰثَةٍ إِلَّا هُوَ رَابِعُهُمۡ وَلَا خَمۡسَةٍ إِلَّا هُوَ سَادِسُهُمۡ وَلَآ أَدۡنَىٰ مِن ذَٰلِكَ وَلَآ أَكۡثَرَ إِلَّا هُوَ مَعَهُمۡ أَيۡنَ مَا كَانُواْۖ ثُمَّ يُنَبِّئُهُم بِمَا عَمِلُواْ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِۚ إِنَّ ٱللَّهَ بِكُلِّ شَيۡءٍ عَلِيمٌ
Mbega, ntiwamenye yuko Imana Allah Izi neza ibiri mw’ijuru n'ibiri mw’isi! Nta bongorerana ari batatu, kiretse ko Imana Allah Iba ari iya kane. Nta na batanu bongorerana, kiretse ko Iba ari iya gatandatu. Eka nta n’abongorerana bari musi y’ico gitigiri canke kirenga, kiretse ko Iba Iri kumwe na bo aho bari hose. Hanyuma, Izobamenyesha ivyo bakoze vyose ku musi w’izuka, kugira ngo bemange, maze Ibahe indishi bakwiranye. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (7) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሙጃደላ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት