የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (147) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አንዓም
فَإِن كَذَّبُوكَ فَقُل رَّبُّكُمۡ ذُو رَحۡمَةٖ وَٰسِعَةٖ وَلَا يُرَدُّ بَأۡسُهُۥ عَنِ ٱلۡقَوۡمِ ٱلۡمُجۡرِمِينَ
Ababangikanyamana b’abayahudi, nibaramuka baguhakanye mu vyo ushikiriza, urababwira uti: “Imana yanyu Rurema Allah, ni Nyenimpuhwe-ntangere kuko Itihutiye kubahana. Ibihano vyayo na vyo iyo bishitse, nta kibuza inkozi z’ikibi guhanwa[29]”.
[29] Iyi Aayah irahigira abahakana bivuye inyuma Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ko bazohanwa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (147) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አንዓም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት