የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (150) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አንዓም
قُلۡ هَلُمَّ شُهَدَآءَكُمُ ٱلَّذِينَ يَشۡهَدُونَ أَنَّ ٱللَّهَ حَرَّمَ هَٰذَاۖ فَإِن شَهِدُواْ فَلَا تَشۡهَدۡ مَعَهُمۡۚ وَلَا تَتَّبِعۡ أَهۡوَآءَ ٱلَّذِينَ كَذَّبُواْ بِـَٔايَٰتِنَا وَٱلَّذِينَ لَا يُؤۡمِنُونَ بِٱلۡأٓخِرَةِ وَهُم بِرَبِّهِمۡ يَعۡدِلُونَ
Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Nimuzane rero ivyabona vyanyu vyemeza ko Imana Allah Yaziririje ivyo muziririza mu biterwa no mu bitungwa!”. Nibavyemeza mw’irementanya, ntuzohirahire ngo ube icabona hamwe na bo mu kuvyemeza, kandi ntugakurikire ivyipfuzo vy’abahakanye Aayah zacu Twebwe Allah mu kuziririza, canke mu kuzirura ivyaziririjwe n’Imana Allah, ntukanakurikire n’abatemera ubuzima bw’inyuma yo gupfa, batanabwitegurira, n’abirengagiza Imana yabo Rurema Allah bakayibangikanya n’ibiremwa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (150) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አንዓም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት