የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (162) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አንዓም
قُلۡ إِنَّ صَلَاتِي وَنُسُكِي وَمَحۡيَايَ وَمَمَاتِي لِلَّهِ رَبِّ ٱلۡعَٰلَمِينَ
Ntumwa y’Imana! Babwire kandi uti: “Mu vy’ukuri, isengesho ryanje, ikerera ryanje ry’ibitungwa[34], ubuzima bwanje no gupfa kwanje, vyose biba ku bw’Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose;
[34] Ikerera riba ku bw’Imana Allah no kw’izina ryayo, ntiryigera riba ku bw’ibigirwamana, ku bw’amajini canke ku bw’imizimu n'abaganza, ntiryigera riba no kw’izina rya kimwe muri vyo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (162) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አንዓም
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት