የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (128) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
قَالَ مُوسَىٰ لِقَوۡمِهِ ٱسۡتَعِينُواْ بِٱللَّهِ وَٱصۡبِرُوٓاْۖ إِنَّ ٱلۡأَرۡضَ لِلَّهِ يُورِثُهَا مَن يَشَآءُ مِنۡ عِبَادِهِۦۖ وَٱلۡعَٰقِبَةُ لِلۡمُتَّقِينَ
Musa na we araheza abwira abantu biwe muri Bene Israyeli ati: “Nimwifashishe Imana Allah mu guhangana n’agacinyizo ka Firawuni n’abantu biwe, muheze mwihanganire amabi yose abakorera. Mu vy’ukuri, isi ni iy’Imana Allah, Iyitsimbatazako uwo Ishatse mu baja bayo. Burya amaherezo meza, ni ay’abagamburukira Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (128) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት