የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (156) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
۞ وَٱكۡتُبۡ لَنَا فِي هَٰذِهِ ٱلدُّنۡيَا حَسَنَةٗ وَفِي ٱلۡأٓخِرَةِ إِنَّا هُدۡنَآ إِلَيۡكَۚ قَالَ عَذَابِيٓ أُصِيبُ بِهِۦ مَنۡ أَشَآءُۖ وَرَحۡمَتِي وَسِعَتۡ كُلَّ شَيۡءٖۚ فَسَأَكۡتُبُهَا لِلَّذِينَ يَتَّقُونَ وَيُؤۡتُونَ ٱلزَّكَوٰةَ وَٱلَّذِينَ هُم بِـَٔايَٰتِنَا يُؤۡمِنُونَ
Unatwandikire ibikorwa vyiza kuri iyi si, Uzonabiduhembere mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Ni ukuri twagarutse kwigaya imbere yawe”. Imana Allah Yabwiye Musa Iti: “Ibihano vyanje Ndabiha uwo Nshatse mu biremwa vyanje; hamwe n’ivyo, impuhwe zanje zikikuje ikintu cose Naremye. Nzoheza rero Nandikire ironswa ryazo abantinya bakiyubara ibihano vyanje mu kungamburukira, bakanatanga ishikanwa-bwirizwa, hamwe n’abemera ivyemezo vyacu vyerekana isengwa ry’Imana Imwe Rudende.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (156) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት