የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (169) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
فَخَلَفَ مِنۢ بَعۡدِهِمۡ خَلۡفٞ وَرِثُواْ ٱلۡكِتَٰبَ يَأۡخُذُونَ عَرَضَ هَٰذَا ٱلۡأَدۡنَىٰ وَيَقُولُونَ سَيُغۡفَرُ لَنَا وَإِن يَأۡتِهِمۡ عَرَضٞ مِّثۡلُهُۥ يَأۡخُذُوهُۚ أَلَمۡ يُؤۡخَذۡ عَلَيۡهِم مِّيثَٰقُ ٱلۡكِتَٰبِ أَن لَّا يَقُولُواْ عَلَى ٱللَّهِ إِلَّا ٱلۡحَقَّ وَدَرَسُواْ مَا فِيهِۗ وَٱلدَّارُ ٱلۡأٓخِرَةُ خَيۡرٞ لِّلَّذِينَ يَتَّقُونَۚ أَفَلَا تَعۡقِلُونَ
Ababasubiriye mu nyuma y’aho barangwa n’ububi kurusha, batoranye Igitabu baragisoma baranagitahura, baraheza baca kubiri n’ingingo zaco, bakira ivyo bahawe biciriritse mu vy’isi nka ruswa n’ibindi kubera inambu, bakavuga bisigura bati: “Tuzobabarirwa n’Imana Allah ibicumuro vyacu”; n’iyo bahawe mu bisanzwe biziririjwe kuri bo, baravyakira ata co binona! Mbega ntibahawe isezerano rihambaye ryo gufata nkama Tawurati bakayigendera, n’iry’uko batovuga ku vyerekeye Imana Allah kiretse ukuri! Baratahuye rero ibiri muri Tawurati hanyuma barabirengako, barenga no kw’isezerano. Burya ubuzima bw’inyuma yo gupfa, ni bwo bwiza ku bantu bagamburukira Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo. Mbega ntimugira ubwenge ngo mutahure ko indishi iri ku Mana Allah ibarutira amaronko y’isi!
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (169) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት