የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (185) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
أَوَلَمۡ يَنظُرُواْ فِي مَلَكُوتِ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ وَمَا خَلَقَ ٱللَّهُ مِن شَيۡءٖ وَأَنۡ عَسَىٰٓ أَن يَكُونَ قَدِ ٱقۡتَرَبَ أَجَلُهُمۡۖ فَبِأَيِّ حَدِيثِۭ بَعۡدَهُۥ يُؤۡمِنُونَ
Mbega ntibihweza ngo babone ibimenyetso vy'ubwami buhambaye bw’Imana Allah mu majuru no mw’isi, hamwe rero no mu biremwa Yaremye muri nya majuru n’isi, gutyo baheze batahure bibuke, baheze rero kandi barabe n’ubuzima bwabo buri hafi guhera bagapfa bakigarariza, bakazohanwa n’Imana Allah! Mbega ni irihe gabisha bokwemera inyuma y’igabisha rya Qor’ani!
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (185) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት