የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (195) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
أَلَهُمۡ أَرۡجُلٞ يَمۡشُونَ بِهَآۖ أَمۡ لَهُمۡ أَيۡدٖ يَبۡطِشُونَ بِهَآۖ أَمۡ لَهُمۡ أَعۡيُنٞ يُبۡصِرُونَ بِهَآۖ أَمۡ لَهُمۡ ءَاذَانٞ يَسۡمَعُونَ بِهَاۗ قُلِ ٱدۡعُواْ شُرَكَآءَكُمۡ ثُمَّ كِيدُونِ فَلَا تُنظِرُونِ
Mbega ivyo bigirwamana vyoba bifise amaguru bigendesha ku buryo vyishira bikizana mu kubatunganiriza! Canke vyoba bifise amaboko bikoresha mu kubatabara hagize uwubabangamira! Canke vyoba bifise amaso birabisha mu kubona ibinyegejwe ibiremwa mudashoboye kubona! Canke vyoba bifise amatwi bikoresha mu kwumva ivyo mudashobora kwumva! Ivyo bigirwamana, none vyosengwa gute, nivyaba bitagira na kimwe muri ivyo bihimba, ari na vyo bikoreshwa mu kugira ico umuntu yimariye canke mu kwikingira! Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Nimusabe rero ibigirwamana vyanyu mwabangikanije n’Imana Allah, hanyuma mukoreshe urwenge mu kundwaniriza hamwe, ntimuzondindirize na gato mutaranyirahira, nta n’ico ninona kuko nizeye Imana Allah;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (195) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት