የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (44) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
وَنَادَىٰٓ أَصۡحَٰبُ ٱلۡجَنَّةِ أَصۡحَٰبَ ٱلنَّارِ أَن قَدۡ وَجَدۡنَا مَا وَعَدَنَا رَبُّنَا حَقّٗا فَهَلۡ وَجَدتُّم مَّا وَعَدَ رَبُّكُمۡ حَقّٗاۖ قَالُواْ نَعَمۡۚ فَأَذَّنَ مُؤَذِّنُۢ بَيۡنَهُمۡ أَن لَّعۡنَةُ ٱللَّهِ عَلَى ٱلظَّٰلِمِينَ
Abari mu Bwami bw’ijuru bazoshoka bahamagara abari mu muriro bati: “Burya twasanze impera y’Ubwami bw’ijuru, Imana yacu Rurema Allah Yadusezeraniye ari iy’ukuri. Mbega na mwe mwoba mwasanze impera y’ibihano vyo mu muriro, Imana yanyu Rurema Allah Yabasezeraniye ari iy’ukuri!”. Bazoheza bishure bati: “Ego cane! Twasanze impera Yadusezeraniye ari iy’ukuri”. Ni ho rero hazoca humvikana ijwi ry’umuraritsi riti: “Harakavumwa abirenganije mu kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah!;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (44) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት