የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (51) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
ٱلَّذِينَ ٱتَّخَذُواْ دِينَهُمۡ لَهۡوٗا وَلَعِبٗا وَغَرَّتۡهُمُ ٱلۡحَيَوٰةُ ٱلدُّنۡيَاۚ فَٱلۡيَوۡمَ نَنسَىٰهُمۡ كَمَا نَسُواْ لِقَآءَ يَوۡمِهِمۡ هَٰذَا وَمَا كَانُواْ بِـَٔايَٰتِنَا يَجۡحَدُونَ
Abazogorerwa mu buzima bw'inyuma yo gupfa, ni barya bagize idini ry’ubwislamu igikinisho n’ikiyago co guteburirako mu gutyoza no guhakana, bakanahendwa n’ibihendamaso vy’ubuzima bwo kw’isi. Kuri uwo musi rero, Twebwe Allah Tuzobirengagiza mu kubagumiza mu bihano; nka kurya birengagije mu kwibagira gukora ivyiza mu kwitegurira uno musi wabo, hamwe rero n’uko bahakana bivuye inyuma ivyemezo vyacu bakiri kw'isi.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (51) ምዕራፍ: ሱረቱ አል-አዕራፍ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት