የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (18) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ጂን
وَأَنَّ ٱلۡمَسَٰجِدَ لِلَّهِ فَلَا تَدۡعُواْ مَعَ ٱللَّهِ أَحَدٗا
Mu vy’ukuri imisigiti yose, ni iy’Imana Allah, yagenewe ko Isengerwamwo. Kubera ivyo rero, ntimuze muyisengeremwo ikindi kintu hamwe n’Imana Allah, gutyo muheze musabe, musenge ku bw’Imana Allah[3].
[3] Iyi Aayah, ibwiriza kwubahiriza imisigiti mu kutayikoreramwo ikintu ico ari co cose cotosekaza izirikanamana, ikanahimiriza no gukurikira Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (18) ምዕራፍ: ሱረቱ አል ጂን
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት