የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (100) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
وَٱلسَّٰبِقُونَ ٱلۡأَوَّلُونَ مِنَ ٱلۡمُهَٰجِرِينَ وَٱلۡأَنصَارِ وَٱلَّذِينَ ٱتَّبَعُوهُم بِإِحۡسَٰنٖ رَّضِيَ ٱللَّهُ عَنۡهُمۡ وَرَضُواْ عَنۡهُ وَأَعَدَّ لَهُمۡ جَنَّٰتٖ تَجۡرِي تَحۡتَهَا ٱلۡأَنۡهَٰرُ خَٰلِدِينَ فِيهَآ أَبَدٗاۚ ذَٰلِكَ ٱلۡفَوۡزُ ٱلۡعَظِيمُ
N’ababaye aba mbere mu kwemera Imana Allah n’Intumwa yayo mu bimukira n’abasangwa, hamwe n'ababakurikiye mu kwemera mu mvugo n’ingiro ku bugwaneza, barondera gushimwa n’Imana Allah, Imana Allah Yarabishimiye kw'iyumviramana ryabo, na bo nyene kandi barayishimiye ku mpembo y’ivyo bakoze, Yaranabategekanirije imirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru, musi y’ibiti n’inyubakwa vyabwo hatemba inzuzi, bazoyibamwo ibihe bidahera, mu nema zamaho. Iyo rero ni yo ntsinzi ihambaye[25].
[25] Iyi Aayah ireza ikanashimagiza ingendanyi z’Intumwa ko zari intungane, ni na co gituma ukwubaha no kwubahiriza ingendanyi z’Intumwa, ari kimwe mu bigize ishingiro ryo kwemera.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (100) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት