የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (105) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
وَقُلِ ٱعۡمَلُواْ فَسَيَرَى ٱللَّهُ عَمَلَكُمۡ وَرَسُولُهُۥ وَٱلۡمُؤۡمِنُونَۖ وَسَتُرَدُّونَ إِلَىٰ عَٰلِمِ ٱلۡغَيۡبِ وَٱلشَّهَٰدَةِ فَيُنَبِّئُكُم بِمَا كُنتُمۡ تَعۡمَلُونَ
Muvugishwamana! Bwira abasivye ku rugamba uti: “Nimukore ibitegetswe n’Imana Allah mwirinde ubugaba, Imana Allah n’Intumwa yayo hamwe n’abemeramana bazoheza babone ivyo mwakoze, maze muhinyuke, muzonasubizwa ku Mana Allah Rumenyi rw’ibinyegeje n’ibiboneka, Iheze Ibabwire ku musi w’izuka ido n’ido y’ivyo mwari mwarakoze kw’isi[28]”.
[28] Iyi Aayah, harimwo agahigihigi kuri uwo wese adahesha mu bugaba n’ubwononyi.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (105) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት