የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (106) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
وَءَاخَرُونَ مُرۡجَوۡنَ لِأَمۡرِ ٱللَّهِ إِمَّا يُعَذِّبُهُمۡ وَإِمَّا يَتُوبُ عَلَيۡهِمۡۗ وَٱللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٞ
Bemeramana! Mu basivye ku rugamba rwa Tabuuki, harimwo n’abandi [29] bicujije ku vyo bakoze, bakirindiriye ingingo y’Imana Allah ibega; ko Yobahana canke Yobababarira. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi uwukwiye guhanwa canke kubabarirwa; Intungane mu vyo Ikora;
[29] Abo na bo bakaba ari: MURARA mwene Al-Rabii’i, KA’B mwene Maalik na Hilaali mwene Umayya.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (106) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት