የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (109) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
أَفَمَنۡ أَسَّسَ بُنۡيَٰنَهُۥ عَلَىٰ تَقۡوَىٰ مِنَ ٱللَّهِ وَرِضۡوَٰنٍ خَيۡرٌ أَم مَّنۡ أَسَّسَ بُنۡيَٰنَهُۥ عَلَىٰ شَفَا جُرُفٍ هَارٖ فَٱنۡهَارَ بِهِۦ فِي نَارِ جَهَنَّمَۗ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلظَّٰلِمِينَ
Uwubatse inyubakwa yiwe ku mushinge w’igamburukiramana, arondera gushimwa n’Imana Allah, ntashobora kunganya ubutore n’uwubaka inyubakwa yiwe ku manga iri mugusenyuka, maze akahubaka umusigiti mu ntumbero yo kugarariza, kuburabuza abemeramana no kubacamwo imigwi, nya nyubakwa rero igaheza ikamukororera mu muriro wa Jahannamu. Burya Imana Allah, ntirongora mu nzira yayo abantu birenganya mu kurenga ku mabwirizwa yayo.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (109) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት