የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (110) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
لَا يَزَالُ بُنۡيَٰنُهُمُ ٱلَّذِي بَنَوۡاْ رِيبَةٗ فِي قُلُوبِهِمۡ إِلَّآ أَن تَقَطَّعَ قُلُوبُهُمۡۗ وَٱللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٌ
Ihangiro ry’inyubakwa yubatswe n’indyarya ku kubangamira umusigiti wa Qubaa, ryagumye ribonekera mu makenga n’uburyarya bitsimbataye mu mitima yazo gushika zipfe canke zicwe, canke zigaye koko ku Mana Allah. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi amakenga yuzuye imitima yazo n’ihangiro ryazo mu kwubaka nya musigiti; Intungane mu vyo Ikora.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (110) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት