የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (112) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
ٱلتَّٰٓئِبُونَ ٱلۡعَٰبِدُونَ ٱلۡحَٰمِدُونَ ٱلسَّٰٓئِحُونَ ٱلرَّٰكِعُونَ ٱلسَّٰجِدُونَ ٱلۡأٓمِرُونَ بِٱلۡمَعۡرُوفِ وَٱلنَّاهُونَ عَنِ ٱلۡمُنكَرِ وَٱلۡحَٰفِظُونَ لِحُدُودِ ٱللَّهِۗ وَبَشِّرِ ٱلۡمُؤۡمِنِينَ
Abahawe iryo sezerano rero, ni abigaya ku Mana Allah bakavavanura n’ivyaha; abitonesha mu kuyiyegereza mu vyo bakora vyose; abayishimagiza mu buryo ubwo ari bwo bwose, uko biri kwose; abipfunga; abayunamira bakanayubamira mu masengesho; ababwiriza abandi gukora ivyiza bakanababuza gukora ibibi; abubaha bakubahiriza amabwirizwa yayo ntibayarengeko. Muvugishwamana! Shikiriza rero abemeramana barangwa n’iyo migenzo, inkuru nziza ibahumuriza ko bishimiwe n'Imana Allah n'uko bazohabwa Ubwami bw’ijuru.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (112) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት