የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (113) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
مَا كَانَ لِلنَّبِيِّ وَٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓاْ أَن يَسۡتَغۡفِرُواْ لِلۡمُشۡرِكِينَ وَلَوۡ كَانُوٓاْ أُوْلِي قُرۡبَىٰ مِنۢ بَعۡدِ مَا تَبَيَّنَ لَهُمۡ أَنَّهُمۡ أَصۡحَٰبُ ٱلۡجَحِيمِ
Nta ho vyakabaye ko Umuvugishwamana hamwe n’abemeramana, basabira imbabazi ku Mana Allah, ababangikanyamana bapfuye bakibangikanya n’aho boba bari abavandimwe babo, mu nyuma y'aho bamenye neza na neza ko bari mu bantu bo mu muriro ururumba[32].
[32] Ku kubera ko Imana Allah Itababarira ibangikanyamana. Imana Allah Yavuze Iti: “Mu vy’ukuri, Imana Allah ntigumiriza akabanga ku vyaha ngo Ibabarire uwuyibangikanya” (An-Nisaa-i: 48). Iranavuga kandi Iti: “Mu vy’ukuri, uwuzobangikanya Imana Allah, ni ukuri Imana Allah Yaraziririje ko yoja mu Bwami bw’ijuru” (Al-Maa-ida: 72).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (113) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት