የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (114) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
وَمَا كَانَ ٱسۡتِغۡفَارُ إِبۡرَٰهِيمَ لِأَبِيهِ إِلَّا عَن مَّوۡعِدَةٖ وَعَدَهَآ إِيَّاهُ فَلَمَّا تَبَيَّنَ لَهُۥٓ أَنَّهُۥ عَدُوّٞ لِّلَّهِ تَبَرَّأَ مِنۡهُۚ إِنَّ إِبۡرَٰهِيمَ لَأَوَّٰهٌ حَلِيمٞ
Ugusaba imbabazi kw'Intumwa Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) kuri se yabangikanya Imana Allah, ntikwigeze kuba koko, kiretse ko ryari isango yamuhaye ryo kuzomusabira ku Mana Allah[33]. Aho rero amenyeye ko se ari umwansi w’Imana Allah, adahanurwa, akazohava apfa akiri umugarariji, yaciye areka kumusabira nya mbabazi ku Mana Allah, aranavavanura na we. Mu vy’ukuri, Intumwa Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), ni ukuri ni umutakamvyi koko ku Mana Allah, irangwa n’ubwitonzi no kubabarira kenshi.
[33] Raba Aayah ya 47 mu gisomwa citiriwe Mariyamu.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (114) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት