የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (117) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
لَّقَد تَّابَ ٱللَّهُ عَلَى ٱلنَّبِيِّ وَٱلۡمُهَٰجِرِينَ وَٱلۡأَنصَارِ ٱلَّذِينَ ٱتَّبَعُوهُ فِي سَاعَةِ ٱلۡعُسۡرَةِ مِنۢ بَعۡدِ مَا كَادَ يَزِيغُ قُلُوبُ فَرِيقٖ مِّنۡهُمۡ ثُمَّ تَابَ عَلَيۡهِمۡۚ إِنَّهُۥ بِهِمۡ رَءُوفٞ رَّحِيمٞ
Ni ukuri, Imana Allah Yarashoboje Umuvugishwamana Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) kuyitakambira no kuyumvira, Yaranumviye Igirira ikigongwe n’abateshejwe izabo bakimukira i Madina, hamwe n’abasangwa babakiriye hamwe n’Intumwa, bakabatabara, bakanajana n’Intumwa ku rugamba rwa Tabuuki mu gihe c’ubukene n’ubushuhe bumena imbwa agahanga, Imana Allah Yabagiriye ikigongwe inyuma y’aho muri bo harimwo umugwi wariko uragonanwa ku mutima, uhakwa kutaja kuri nya rugamba, maze Irawuremesha urarujako. Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyenikigongwe, Nyenimbabazi ku batoni bayo;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (117) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት