የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (2) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
فَسِيحُواْ فِي ٱلۡأَرۡضِ أَرۡبَعَةَ أَشۡهُرٖ وَٱعۡلَمُوٓاْ أَنَّكُمۡ غَيۡرُ مُعۡجِزِي ٱللَّهِ وَأَنَّ ٱللَّهَ مُخۡزِي ٱلۡكَٰفِرِينَ
Babangikanyamana! Nimwidegemvye aho mushaka hose kw’isi mu kiringo c’amezi ane, mutekaniwe ata n’uwubakomakoma, kandi mumenye ko mutazonanira Imana Allah ngo mucike ibihano vyayo, munamenye ko Imana Allah Izotetereza abagarariji, bagayike kw’isi, binjizwe no mu muriro mu buzima bw’inyuma yo gupfa[1].
[1] Iyi Aayah, yerekeye amasezerano abislamu bari bafitaniye n’ababangikanyamana, na canecane amasezerano yamaho, canke ayafise ikiringo kitagera ku mezi ane boheza bakayubahiriza gushika ku mezi ane, canke amasezerano yadohotsweko n’ababangikanyamana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (2) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት