የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (28) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓاْ إِنَّمَا ٱلۡمُشۡرِكُونَ نَجَسٞ فَلَا يَقۡرَبُواْ ٱلۡمَسۡجِدَ ٱلۡحَرَامَ بَعۡدَ عَامِهِمۡ هَٰذَاۚ وَإِنۡ خِفۡتُمۡ عَيۡلَةٗ فَسَوۡفَ يُغۡنِيكُمُ ٱللَّهُ مِن فَضۡلِهِۦٓ إِن شَآءَۚ إِنَّ ٱللَّهَ عَلِيمٌ حَكِيمٞ
Emwe bemeramana! Ni ukuri, ababangikanyamana barahumanye, ntimukabarekurire kwegera umusigiti mutagatifu w’i Makka inyuma y’uwu mwaka w’icenda kuva Intumwa yimutse. Nimwagira impungenge ko hoba inkurikizi z’ubukene zitewe n’ihagarikwa ry’ibidandazwa vyabo, Imana Allah niyabishaka Izobakenura, Ibahe mu ngabirano zayo. Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi uko mubayeho; Intungane mu vyo Ikora.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (28) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት