የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (30) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
وَقَالَتِ ٱلۡيَهُودُ عُزَيۡرٌ ٱبۡنُ ٱللَّهِ وَقَالَتِ ٱلنَّصَٰرَى ٱلۡمَسِيحُ ٱبۡنُ ٱللَّهِۖ ذَٰلِكَ قَوۡلُهُم بِأَفۡوَٰهِهِمۡۖ يُضَٰهِـُٔونَ قَوۡلَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ مِن قَبۡلُۚ قَٰتَلَهُمُ ٱللَّهُۖ أَنَّىٰ يُؤۡفَكُونَ
Abayahudi barabangikanije Imana Allah mu kuvuga bati: “Uzairi[4] ni umwana w’Imana Allah”. N’abanaswara nyene barabangikanije Imana Allah mu kuvuga bati: “Masiihi mwene Mariyamu, ni umwana w’Imana Allah”. Iryo ni ijambo ryavuye mu kanwa kabo. Iyo mvugo yabo rero ishusha n’imvugo y’ababangikanyamana bo hambere yabo. Barakicwa n’Imana Allah! Ni gute bemanga ikinyoma bakirengagiza ukuri!
[4] Uzairu, ni umweranda muri Bene Israyeli yafashe Tawurati ku mutwe, maze Bene Israyeli bamwita umwana w’Imana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (30) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት