የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (35) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
يَوۡمَ يُحۡمَىٰ عَلَيۡهَا فِي نَارِ جَهَنَّمَ فَتُكۡوَىٰ بِهَا جِبَاهُهُمۡ وَجُنُوبُهُمۡ وَظُهُورُهُمۡۖ هَٰذَا مَا كَنَزۡتُمۡ لِأَنفُسِكُمۡ فَذُوقُواْ مَا كُنتُمۡ تَكۡنِزُونَ
Umusi ubutare bw’inzahabu n’ubw'umwakaka bwayongejwe mu muriro wa Jahannamu, bagaheza bakababurwa na nya butare mu ruhanga, mu mbavu no mu mugongo, bazobwirwa n’agashinyaguro n’akantu bati: “Iki ni co gihano c’amatungo mwiziganirije ntimwayatangako umugabane usabwa. Enda rero, nimuhonje ibihano vy’ivyo mwari mwaraziganije kw'isi, mukanka kubitangako umugabane usabwa”.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (35) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት