የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (36) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
إِنَّ عِدَّةَ ٱلشُّهُورِ عِندَ ٱللَّهِ ٱثۡنَا عَشَرَ شَهۡرٗا فِي كِتَٰبِ ٱللَّهِ يَوۡمَ خَلَقَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ مِنۡهَآ أَرۡبَعَةٌ حُرُمٞۚ ذَٰلِكَ ٱلدِّينُ ٱلۡقَيِّمُۚ فَلَا تَظۡلِمُواْ فِيهِنَّ أَنفُسَكُمۡۚ وَقَٰتِلُواْ ٱلۡمُشۡرِكِينَ كَآفَّةٗ كَمَا يُقَٰتِلُونَكُمۡ كَآفَّةٗۚ وَٱعۡلَمُوٓاْ أَنَّ ٱللَّهَ مَعَ ٱلۡمُتَّقِينَ
Mu vy’ukuri, igitigiri c’amezi y’ikirangamisi c’umwaka cisunga ingingo y’Imana Allah, mu vyagezwe ku kibaho kibungabunzwe kuva umusi Irema amajuru n’isi, ni amezi cumi n’abiri; muri yo, harimwo amezi ane matagatifu[5] Imana Allah Yabujijemwo gutera indwano. Ukwisunga ico kirangamisi rero, ni ryo dini rigororotse, ntimugahirahire ngo mwirenganye muri ayo mezi[6]. Muraheza rero murwanye ababangikanyamana bose nk’uko babarwanya mwese, mumenye kandi ko Imana Allah Iri kumwe n’abagamburukiramana mu kubatera ingoga no mu kubashikana ku ntsinzi.
[5] Ayo mezi, ni ukwezi kwa 11 “Dhu l-Qa’da”, ukwa 12 “Dhu l-Hijja”, ukwa 1 “Muharram” n’ukwa 7 “Rajab”.
[6] Kuko icaha gikozwe muri ayo mezi gifise ibihano ruhasha bisumba ibihano vy’uwogikora mu yandi mezi.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (36) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት