የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (46) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
۞ وَلَوۡ أَرَادُواْ ٱلۡخُرُوجَ لَأَعَدُّواْ لَهُۥ عُدَّةٗ وَلَٰكِن كَرِهَ ٱللَّهُ ٱنۢبِعَاثَهُمۡ فَثَبَّطَهُمۡ وَقِيلَ ٱقۡعُدُواْ مَعَ ٱلۡقَٰعِدِينَ
Muvugishwamana! Iyo indyarya zishaka kujana na we ku rugamba, zari kurwitegurira bikwiye mu gutegekanya impamba n’igitwazi, ariko Imana Allah mu vyagezwe ntiyashimye ko mujana, Iraheza Iraziremereza zibwirwa ziti: “Nimusibe ku rugamba, mugume mu zanyu hamwe n’abarekuriwe kuzigumamwo[11]”.
[11] Abarekuriwe kutaja ku rugamba, bakaba boguma muhira, ni abageze mu zabukuru, abarwaye, abakenyezi n’abana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (46) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት