የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (54) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
وَمَا مَنَعَهُمۡ أَن تُقۡبَلَ مِنۡهُمۡ نَفَقَٰتُهُمۡ إِلَّآ أَنَّهُمۡ كَفَرُواْ بِٱللَّهِ وَبِرَسُولِهِۦ وَلَا يَأۡتُونَ ٱلصَّلَوٰةَ إِلَّا وَهُمۡ كُسَالَىٰ وَلَا يُنفِقُونَ إِلَّا وَهُمۡ كَٰرِهُونَ
Nta gituma indyarya zitakirirwa ivyo zatanze, kiretse ko zihisha mu mishaha ubugarariji; ntizija no gusenga, kiretse ko zigenda zinebwa; ntizinatanga mu matungo yazo, kiretse ko zitanga ku gitsure[15].
[15] Indyarya ntizizigiye indishi ku vyo zikora, ntizinatinya guhanirwa ivyo ziretse gukora; ivyo bigaturuka ku kwiyorobeka mu kugaragaza ukwemera no mu guhisha ubugarariji.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (54) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት