የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (8) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
كَيۡفَ وَإِن يَظۡهَرُواْ عَلَيۡكُمۡ لَا يَرۡقُبُواْ فِيكُمۡ إِلّٗا وَلَا ذِمَّةٗۚ يُرۡضُونَكُم بِأَفۡوَٰهِهِمۡ وَتَأۡبَىٰ قُلُوبُهُمۡ وَأَكۡثَرُهُمۡ فَٰسِقُونَ
Mu gihe boramuka babanesheje, ntibokwubaha ngo bubahirize ubucuti mufitaniye, eka nta n’amasezerano bokwubahiriza[2]. Ntimuhendwe rero n’umubano mwiza babereka mu gihe batekewe n’ubwoba, bakabaha akarimi gasosa kugira babashimishe bitavuye ku mutima. Burya abenshi mu babangikanyamana, ni ibigaba birenga ku mabwirizwa, bikadohoka no ku masezerano.
[2] Kuko ababangikanyamana bubahiriza amasezerano mu gihe baneshejwe, batekewe n’ubwoba.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (8) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት