የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (83) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
فَإِن رَّجَعَكَ ٱللَّهُ إِلَىٰ طَآئِفَةٖ مِّنۡهُمۡ فَٱسۡتَـٔۡذَنُوكَ لِلۡخُرُوجِ فَقُل لَّن تَخۡرُجُواْ مَعِيَ أَبَدٗا وَلَن تُقَٰتِلُواْ مَعِيَ عَدُوًّاۖ إِنَّكُمۡ رَضِيتُم بِٱلۡقُعُودِ أَوَّلَ مَرَّةٖ فَٱقۡعُدُواْ مَعَ ٱلۡخَٰلِفِينَ
Ntumwa y’Imana! Imana Allah niyakugarukana amahoro uvuye ku rugamba rwa Tabuuki, ugahura n’umugwi w’izo ndyarya, maze ukagusaba ko mwojana ku rundi rugamba, urawubwira uti: “Ntimuzokwigera mujana nanje na rimwe ku rugamba, kandi ntimuzokwigera mufadikanya nanje kurwanya umwansi, mu vy’ukuri mwarashimishijwe no gusiba ubwa mbere ku rugamba; nimwiyicarire rero mugumane n’abasivye ku rugamba, batigeze bajana n’Intumwa" (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (83) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት