የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (86) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
وَإِذَآ أُنزِلَتۡ سُورَةٌ أَنۡ ءَامِنُواْ بِٱللَّهِ وَجَٰهِدُواْ مَعَ رَسُولِهِ ٱسۡتَـٔۡذَنَكَ أُوْلُواْ ٱلطَّوۡلِ مِنۡهُمۡ وَقَالُواْ ذَرۡنَا نَكُن مَّعَ ٱلۡقَٰعِدِينَ
Ntumwa y'Imana! Iyo uhishuriwe igisomwa kibwiriza giti: “Nimwemere Imana Allah, munaharanire n'idini ry’Imana Allah muri kumwe n’Intumwa yayo, murondera indishi kuri Yo”, abifise mu ndyarya baca bagusaba n'impungenge n'akantu ko mutojana bati: “Enda tureke twigumanire hamwe n’abarekuriwe kutaja guharanira idini![23]”.
[23] Abafise ibituma bibarekurira kutaja ku rugamba; nk’abageze mu zabukuru, abarwaye, abakenyezi n’abana.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (86) ምዕራፍ: ሱረቱ አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት