Check out the new design

የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - የኪሩንድኛ ትርጉም - ዩሱፍ ጋሂቲ * - የትርጉሞች ማዉጫ

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (90) ምዕራፍ: አት-ተውባህ
وَجَآءَ ٱلۡمُعَذِّرُونَ مِنَ ٱلۡأَعۡرَابِ لِيُؤۡذَنَ لَهُمۡ وَقَعَدَ ٱلَّذِينَ كَذَبُواْ ٱللَّهَ وَرَسُولَهُۥۚ سَيُصِيبُ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ مِنۡهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ
Bamwe mu banyagihugu bo mu micungararo y’igisagara ca Madina, baraje kwisigura ku Ntumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), basaba ko batojana na yo ku rugamba kugira ibarekurire gusiba; maze abahakanye Imana Allah n’Intumwa yayo, baraheza bigumira mu zabo ku kagagazo, ntibaja kwisigura ku Ntumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah). Abagararije rero muri bo, bazohanishwa ibihano bibabaza kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም አንቀጽ: (90) ምዕራፍ: አት-ተውባህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - የኪሩንድኛ ትርጉም - ዩሱፍ ጋሂቲ - የትርጉሞች ማዉጫ

ተርጓሚ ዩሱፍ ጋሂቲ ‐ ከአፍሪካ የልማት ተቋም የተገኘ

መዝጋት