আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (107) ছুৰা: ছুৰা হূদ
خَٰلِدِينَ فِيهَا مَا دَامَتِ ٱلسَّمَٰوَٰتُ وَٱلۡأَرۡضُ إِلَّا مَا شَآءَ رَبُّكَۚ إِنَّ رَبَّكَ فَعَّالٞ لِّمَا يُرِيدُ
Bazowubamwo ibihe bidahera mu gihe cose hazoba hakiri ijuru n’isi[14], kiretse igihe Imana yawe Rurema Allah Yashatse gutezurira ibigaba mu bemeramana, Igaheza Ikabakura muri wo. Ntumwa y'Imana! Mu vy’ukuri, Imana yawe Rurema Allah Ikora ivyo Ishaka.
[14] Amajuru n'isi bivugwa ng'aha, ni amajuru n'isi vyo mu buzima bw'inyuma yo gupfa, aho aya majuru n'isi vyo mu buzima bwo kw'isi, bizosubirizwa ayandi majuru n'isi. Imana Allah Ivuga Iti: "Umusi isi izosubirizwa iyindi si yera nk’umwakaka, n’amajuru agasubirizwa ayandi majuru, maze ibiremwa vyose bigasokoroka mu kuzimu bidora, bikarenguka imbere y’Imana Allah, Nyarudende, Nyeninkomezi-ntangere" (Igisomwa Ibrahimu: 48).
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (107) ছুৰা: ছুৰা হূদ
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ