আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ ছুৰা: ছুৰা আল-মাছাদ   আয়াত:

SURATU L-MASADI

تَبَّتۡ يَدَآ أَبِي لَهَبٖ وَتَبَّ
Yarahonye Abu Lahabi, aragahona ku kubera ukubangamira kwiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
مَآ أَغۡنَىٰ عَنۡهُ مَالُهُۥ وَمَا كَسَبَ
Amatungo yiwe, eka n’abana biwe, nta co bizomumarira ngo bimukingire ibihano vy’Imana Allah.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
سَيَصۡلَىٰ نَارٗا ذَاتَ لَهَبٖ
Azokwinjira mu muriro ururumba cane, maze awote;
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
وَٱمۡرَأَتُهُۥ حَمَّالَةَ ٱلۡحَطَبِ
Ari kumwe n’umugore wiwe (Ummu Jamiila), yahora yikorera amahwa akayatega mu nzira Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) icamwo;
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
فِي جِيدِهَا حَبۡلٞ مِّن مَّسَدِۭ
Uyo mukenyezi, azotabwa mu muriro aboheshejwe mw’izosi ikiziriko gitsivye neza.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ ছুৰা: ছুৰা আল-মাছাদ
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ