আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (50) ছুৰা: ছুৰা আন-নূৰ
أَفِي قُلُوبِهِم مَّرَضٌ أَمِ ٱرۡتَابُوٓاْ أَمۡ يَخَافُونَ أَن يَحِيفَ ٱللَّهُ عَلَيۡهِمۡ وَرَسُولُهُۥۚ بَلۡ أُوْلَٰٓئِكَ هُمُ ٱلظَّٰلِمُونَ
Mbega none, indyarya zoba zirengagiza ingingo y’Intumwa kuko zanyengeterewe mu mutima n’indwara y’uburyarya, canke n’uko zifise amakenga yo kutemera Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), canke ni ku mvo zo gutinya ko zorenganywa n’ingingo y’Imana Allah n’Intumwa yayo! Eka niziteshwe zite, ahubwo ivyo vyose biterwa n’uko indyarya ari zo zirenganya mu kugarariza.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (50) ছুৰা: ছুৰা আন-নূৰ
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ