আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (84) ছুৰা: ছুৰা আন-নামল
حَتَّىٰٓ إِذَا جَآءُو قَالَ أَكَذَّبۡتُم بِـَٔايَٰتِي وَلَمۡ تُحِيطُواْ بِهَا عِلۡمًا أَمَّاذَا كُنتُمۡ تَعۡمَلُونَ
Gushika aho begeranirizwa hamwe, maze Imana Allah Ibabwire Iti: “Mbega mwarahakanye mwivuye inyuma Aayah zanje Narungikanye Intumwa, muhakana n’ivyemezo hamwe n’ibitangaro Naberetse vyerekana ko ari Jewe Nkwiye gusengwa Ntabangikanywa, ivyo vyose rero ntimwari mwabihetuye mu bumenyi bwemeza ko atari ivy’ukuri, mbega hoho mwahoze mukora iki!”;
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (84) ছুৰা: ছুৰা আন-নামল
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ