আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (20) ছুৰা: ছুৰা লুক্বমান
أَلَمۡ تَرَوۡاْ أَنَّ ٱللَّهَ سَخَّرَ لَكُم مَّا فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَمَا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَأَسۡبَغَ عَلَيۡكُمۡ نِعَمَهُۥ ظَٰهِرَةٗ وَبَاطِنَةٗۗ وَمِنَ ٱلنَّاسِ مَن يُجَٰدِلُ فِي ٱللَّهِ بِغَيۡرِ عِلۡمٖ وَلَا هُدٗى وَلَا كِتَٰبٖ مُّنِيرٖ
Bantu! Mbega ntimubona ko Imana Allah Yaremye ku neza yanyu ibiri mu majuru[3] n’ibiri mw’isi[4], n’ibindi bitari ivyo, Iraheza Ibakwiragizako inema zayo; iziboneka[5] muri zo n’izitaboneka[6], n’izindi nema rero mutazi Yabategekanirije! Burya mu bantu, harimwo abaharira ku bijanye n’isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah, bagaharira mu ntumbero yo kugarariza ata n’ubumenyi canke icemezo bafise, ata n’uburongozi bw’Intumwa Twarungitse bisunze, eka ata n’Igitabu cerekana ukuri kw’ivyo bavuga.
[3] Nk’ukwezi, izuba, inyenyeri n’ibicu, n’ibindi.
[4] Nk’amazi, ivyamwa, ibiti, ubutare, ibitungwa n’ibindi biremwa bigendagenda kw’isi.
[5] Nk’amagara meza, amatungo, ibibondo, n’ibindi.
[6] Nk’ubwenge n’ubukerebutsi, ubumenyi, ukwemera, n’ibindi.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (20) ছুৰা: ছুৰা লুক্বমান
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ