আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (25) ছুৰা: ছুৰা লুক্বমান
وَلَئِن سَأَلۡتَهُم مَّنۡ خَلَقَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ لَيَقُولُنَّ ٱللَّهُۚ قُلِ ٱلۡحَمۡدُ لِلَّهِۚ بَلۡ أَكۡثَرُهُمۡ لَا يَعۡلَمُونَ
Ntumwa y’Imana! No mu gihe woramuka ubajije ababangikanyamana uti: “Mbega, ni nde Yaremye amajuru n’isi?”. Ni ukuri bazokwishura bati: “Vyaremwe n’Imana Allah”. Nibakwishura rero ukwo, uraca ubabwira uti: “Nihashimagizwe rero Imana Allah Igaragaje ukuri mu vyo mwivugiye”. Ahubwo rero abenshi mu babangikanyamana, ntibazi Imana Ikwiye gushimwa, ngo baheze bayisenge ari Imwe Rudende batayibangikanya.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (25) ছুৰা: ছুৰা লুক্বমান
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ