আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (3) ছুৰা: ছুৰা ছাবা
وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَا تَأۡتِينَا ٱلسَّاعَةُۖ قُلۡ بَلَىٰ وَرَبِّي لَتَأۡتِيَنَّكُمۡ عَٰلِمِ ٱلۡغَيۡبِۖ لَا يَعۡزُبُ عَنۡهُ مِثۡقَالُ ذَرَّةٖ فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَلَا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَلَآ أَصۡغَرُ مِن ذَٰلِكَ وَلَآ أَكۡبَرُ إِلَّا فِي كِتَٰبٖ مُّبِينٖ
Abagararije bagahakana bivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa, barinamuye bati: “Nta muhero w’isi uzodushikira pe!”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Oya, murihenda cane! Ndarahiye kw’izina ry’Imana yanje Rurema Allah, ni ukuri umuhero w’isi uzobashikira ukuri kwamye, mu nyuma muzuke. Ni uko rero, nta wuzi isango ryawo atari Imana Allah Rumenyi w’ibinyegejwe ibiremwa, nta na kimwe rero kiyinyegeje n’aho coba kingana n’akanyegeri kinyegeje mu majuru canke mw’isi, eka nta n’akantu kanzunya kari musi y’akanyegeri canke kanini kuruta, kiretse ko nya kantu kanditswe mu vyagezwe n’Imana Allah, mu Gitabu nyezina canditswemwo ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo “Lawhu Mahfuudhw”.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (3) ছুৰা: ছুৰা ছাবা
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ