আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (137) ছুৰা: ছুৰা আন-নিছা
إِنَّ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ ثُمَّ كَفَرُواْ ثُمَّ ءَامَنُواْ ثُمَّ كَفَرُواْ ثُمَّ ٱزۡدَادُواْ كُفۡرٗا لَّمۡ يَكُنِ ٱللَّهُ لِيَغۡفِرَ لَهُمۡ وَلَا لِيَهۡدِيَهُمۡ سَبِيلَۢا
Mu vy’ukuri, abinjiye mu ruhongore rw’ukwemera Imana Allah, hanyuma bakaruvamwo bagasubira mu bugarariji, mu nyuma bakagaruka mu ruhongore rw’ukwemera Imana Allah, hanyuma bagasubira kandi mu bugarariji, hanyuma bagashishikara mu bugarariji bagatsimbatara, ntivyari gushika ko Imana Allah Ibagumiriza akabanga ku vyaha vyabo ngo Ibababarire, eka ntivyari no gushika ko Ibarongora mu nzira igororotse yotuma badahanwa.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (137) ছুৰা: ছুৰা আন-নিছা
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ