আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية * - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

অৰ্থানুবাদ আয়াত: (1) ছুৰা: ছুৰা আল-হুজুৰাত

SURATU L-HUJURAATI

يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تُقَدِّمُواْ بَيۡنَ يَدَيِ ٱللَّهِ وَرَسُولِهِۦۖ وَٱتَّقُواْ ٱللَّهَۚ إِنَّ ٱللَّهَ سَمِيعٌ عَلِيمٞ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimugakore ikintu na kimwe kitisunze ingingo y’Imana Allah n’Intumwa yayo, ngo mwadukane bishasha mu mabwirizwa y’idini; muraheza rero mutinye ibihano vy’Imana Allah mu gihe mwovuga canke mugakora ibiciye kubiri n’amabwirizwa yayo. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenukwumva, Irumva ivyo muvuga; Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ivyo mukora n’ivyo muzirikana[1].
[1] Iyi Aayah, irihaniza abemeramana ko batokwadukana bishasha mw’idini, canke ngo bishingire ingingo ziciye kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah.
আৰবী তাফছীৰসমূহ:
 
অৰ্থানুবাদ আয়াত: (1) ছুৰা: ছুৰা আল-হুজুৰাত
ছুৰাৰ তালিকা পৃষ্ঠা নং
 
আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অৰ্থানুবাদ - الترجمة الكيروندية - অনুবাদসমূহৰ সূচীপত্ৰ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

বন্ধ